Ingene bakoresha taburo iri hepfo 

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ariryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo (Translated Title), Umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) canke ururimi (Language) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo. 

Translated Title English Title Sort descending Language
Ijambo rijanye n'ugushikira ibintu vyoroshe Accessibility Statement - Kirundi Kirundi
Ikigo c’I Vermont kijejwe gufata ingingo zibereye kuvy’amagara y’abantu Advance Directive for Health Care - Kirundi Kirundi
Kwemeza igitsina c'umuntu Affidavit of Gender Identity - Kirundi Kirundi
Urwandiko rwemeza ko umuntu atagira aho aba Affidavit of Homeless Status Form - Kirundi Kirundi
Gusaba ikopi y'icemezo c'amavuko canke iy'icemezo c'ukwitaba Imana i Vermont Application for a Birth or Death Certificate - Kirundi Kirundi
Gusaba ikopi y'urupapuro rwemeza amavuko canke urupapuro rwemeza ukwitaba Imana i Vermont, Amabwirizwa y'inyongera Application for a Birth or Death Certificate, Instructions - Kirundi Kirundi
Urupapuro rw'Amavuko rusabwa igihe cararenze hisunzwe Itegeko Application for a Delayed Birth Certificate - Kirundi Kirundi
Urupapuro rw'Amavuko rusabwa igihe cararenze hisunzwe Itegeko, Amabwirizwa y'inyongera Application for a Delayed Birth Certificate, Instructions - Kirundi Kirundi
Urupapuro Rwo Gusaba Uruhusha Rwo Kwubakana Biciye mu Mategeko Muri Reta ya Vermont Application for a Marriage License - Kirundi Kirundi
Ingene umurerano asaba Urupapuro rw'amavuko rw'ukuri Application for Adoptee’s Original Birth Certificate - Kirundi Kirundi
Gusaba Uruhusha rwo Gukoresha Amazu y'Amacumbi canke Ikigo c'Abana Application for License to Operate a Lodging Establishment or Children’s Camp - Kirundi Kirundi
Gusaba Uruhusha rwo Gukora Ibifungurwa Bihinguwe Application for License to Operate a Manufactured Food Establishment - Kirundi Kirundi
Gusaba Uruhusha rw’ Ikibanza co Kudandarizamwo Ibifungurwa Application for License to Operate a Retail Food Establishment - Kirundi Kirundi
Gusaba kwemererwa ikopi yemewe n'amategeko yo kwubaka ugwawe i Vermont canke kwahukana canke Icemezo co gutandukana Application for Marriage or Divorce Certificate (2014-present) - Kirundi Kirundi
Gusaba kwemererwa ikopi yemewe n'amategeko yo kwubaka ugwawe i Vermont canke kwahukana canke Icemezo co gutandukana Application for Marriage or Divorce or Civil Union Dissolution Certificate - Kirundi Kirundi
Gusaba Gukosora Canke Guhindura Urupapuro rw'Amavuko Application to Correct or Amend Birth Certificate - Kirundi Kirundi
Niwambare mu buryo butashobora kugukoza isoni Be Tick Smart - Kirundi Kirundi
Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Uruhusha Rwo Gutanga Amakuru Yo Kwa Muganga Atanzwe N'umuntu Aserukira Board of Medical Practice, Authorization for Release of Medical Records by Personal Representative - Kirundi Kirundi
Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Ifishe Yo Gutanga Ikirego Board of Medical Practice, Complaint Form - Kirundi Kirundi
Ibikorwa Bijanye N'amagara Y'abantu - Uruhusha Rwo Gutanga Amakuru Yo Kwa Muganga Board of Medical Practice, Release of Medical Records - Kirundi Kirundi
Topics:
Last Updated: