Niba ukeneye imfashanyo yo kumva neza aya makuru canke ukeneye umusiguzi, hamagara kuri 800-464-4343 kugira ngo uronke umusobanuzi kubuntu. Fyonda 1 niba ukeneye umusobanuzi kubuntu ata kiguzi.

Raba ireresi yerekana ukungene bakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi Kirundi

TEST Translated Title

Uko worondera ibiri kuri website y’Igisata c’Amagara ca Vermont - ireresi

Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi

Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye

Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.

Gukoresha Google Translate

Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.

Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate

Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu? 

Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri [email protected] kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.

Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa

Translated Title English Title Sort descending Language

802 Smiles Kwemera gukorerwa ibikorwa (igice ca 3)

802 Smiles Consent for Services (Tier 3) - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

802 Smiles Kwemera gukorerwa ibikorwa (igice ca 4)

802 Smiles Consent for Services (Tier 4) – Kirundi Kirundi (Ikirundi)

802 Smiles Kwemera gukorerwa ibikorwa (igice ca 1 ni ca 2)

802 Smiles Consent for Services (Tiers 1 and 2) - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

802 Smiles Ifishe yo kuvyemera hamwe n'amakuru y'inyongera ku vyerekeye umuti wa SDF

802 Smiles SDF Consent Form - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ijambo rijanye n'ugushikira ibintu vyoroshe

Accessibility Statement - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ikigo c’I Vermont kijejwe gufata ingingo zibereye kuvy’amagara y’abantu

Advance Directive for Health Care - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Kwemeza igitsina c'umuntu

Affidavit of Gender Identity - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Urwandiko rwemeza ko umuntu atagira aho aba

Affidavit of Homeless Status Form - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Kugabisha: Ntimwoge hano - Harimwo Imigera ya Bagiteri Myinshi

Alert: Do not swim. High levels of bacteria - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusaba ikopi y'icemezo c'amavuko canke iy'icemezo c'ukwitaba Imana i Vermont

Application for a Birth or Death Certificate - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusaba ikopi y'urupapuro rwemeza amavuko canke urupapuro rwemeza ukwitaba Imana i Vermont, Amabwirizwa y'inyongera

Application for a Birth or Death Certificate, Instructions - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Urupapuro rw'Amavuko rusabwa igihe cararenze hisunzwe Itegeko

Application for a Delayed Birth Certificate - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Urupapuro rw'Amavuko rusabwa igihe cararenze hisunzwe Itegeko, Amabwirizwa y'inyongera

Application for a Delayed Birth Certificate, Instructions - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Urupapuro Rwo Gusaba Uruhusha Rwo Kwubakana Biciye mu Mategeko Muri Reta ya Vermont

Application for a Marriage License - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ingene umurerano asaba Urupapuro rw'amavuko rw'ukuri

Application for Adoptee’s Original Birth Certificate - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusaba Uruhusha rwo Gukoresha Amazu y'Amacumbi canke Ikigo c'Abana

Application for License to Operate a Lodging Establishment or Children’s Camp - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusaba Uruhusha rwo Gukora Ibifungurwa Bihinguwe

Application for License to Operate a Manufactured Food Establishment - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusaba Uruhusha rw’ Ikibanza co Kudandarizamwo Ibifungurwa

Application for License to Operate a Retail Food Establishment - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusaba kwemererwa ikopi yemewe n'amategeko yo kwubaka ugwawe i Vermont canke kwahukana canke Icemezo co gutandukana

Application for Marriage or Divorce Certificate (2014-present) - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusaba kwemererwa ikopi yemewe n'amategeko yo kwubaka ugwawe i Vermont canke kwahukana canke Icemezo co gutandukana

Application for Marriage or Divorce or Civil Union Dissolution Certificate - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Vyinshi ku bijanye na Google Translate

Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.

Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.

Last Updated: