Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi

Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye

Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.

Gukoresha Google Translate

Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.

Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate

Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu? 

Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri [email protected] kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.

Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa

Translated Title English Title Sort descending Language
Umugirwa wo kwubakana biciye mu mategeko muri Reta ya Vermont Getting Married in Vermont - Kirundi Kirundi
Amabwirizwa yo gusubira kwugurura itangwa ry’imfungurwa hamwe n’uburaro inyuma y’umwuzure Guidance for Re-Opening Food & Lodging Establishments After Flooding - Kirundi Kirundi
Help me grow postcard Help me grow postcard - Kirundi Kirundi
Fasha mu guhagarika ikwirakwira rya COVID-19 - Ireresi Help Stop the Spread of COVID-19 - Kirundi Kirundi
Uko worondera ibiri kuri website y’Igisata c’Amagara ca Vermont - ireresi How to Navigate the Health Department website Kirundi
Ni gute wotegura kandi ukabika amata y’ifu y’umwana inyuma y’umwuzure How to Prepare Infant Formula During an Emergency - Kirundi Kirundi
Uko wogumana amagara meza muri iki gihe c'ubukanye - ireresi How to Stay Healthy Through the Winter - Kirundi Kirundi
Uko wokwikingira mu gihe c’imbeho nyinshi - ireresi How to Stay Safe in the Very Cold Weather - Kirundi Kirundi
Uko igipimo ca Flowflex gikoreshwa gupima covid - ireresi How to use a Flow/Flex COVID-19 Test - Kirundi Kirundi
Ingene wokoresha Lucira Check It Igipimo ca COVID-19 How to Use a Lucira Test - Kirundi Kirundi
How to use a QuickVue COVID-19 Test - video How to use a QuickVue COVID-19 Test - Kirundi Kirundi
Uko bakoresha umuti w’ubutabazi bwihuta ushobora kurokora ubuzima bw’umuntu - ireresi How to Use an Emergency Treatment That Can Save Someone's Life - Kirundi Kirundi
IKARATA Intrivo On/Go Wokora gute i gipimo intrivo ca antijene On/Go COVID-19 wipima ubwawe How to use an Intrivo On/Go Test - Kirundi Kirundi
Ingene wokoresha BinaxNOW ya COVID-19 Igipimo co kwipima ubwawe antijene - video How to use the BinaxNOW COVID-19 Antigen Test - Kirundi Kirundi
Ingene wokoresha BinaxNOW ya COVID-19 Igipimo co kwipima ubwawe antijene How to use the BinaxNOW COVID-19 Antigen Test - Kirundi Kirundi
How to use the iHealth Antigen Test - video How to use the iHealth Antigen Test - Kirundi Kirundi
Uko igipimo ca ON/GO gikoreshwa mu gupima COVID-19 - ireresi How to use the On/Go COVID-19 Test - Kirundi Kirundi
Mbega human monkey pox yandukira gute , n’ibihe ibimenyetso vyayo? - ireresi Human Monkeypox, How is it spread? What are the symptoms? - Kirundi Kirundi
Mu gihe ugwaye umugera w'ingwara yo mu buhumekero If You Are Sick with a Respiratory Virus - Kirundi Kirundi
Umuti warabonetse ku bantu bari kurugero rwokwandura vyoroshe - ireresi If you tested positive and are at high risk for getting sick from COVID-19 - Kirundi Kirundi

Vyinshi ku bijanye na Google Translate

Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.

Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.

Last Updated: