Niba ukeneye imfashanyo yo kumva neza aya makuru canke ukeneye umusiguzi, hamagara kuri 800-464-4343 kugira ngo uronke umusobanuzi kubuntu. Fyonda 1 niba ukeneye umusobanuzi kubuntu ata kiguzi.

Raba ireresi yerekana ukungene bakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi Kirundi

TEST Translated Title

Uko worondera ibiri kuri website y’Igisata c’Amagara ca Vermont - ireresi

Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi

Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye

Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.

Gukoresha Google Translate

Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.

Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate

Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu? 

Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri [email protected] kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.

Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa

Translated Title English Title Sort descending Language

Uko wokwikingira mu gihe c’imbeho nyinshi - ireresi

How to Stay Safe in the Very Cold Weather - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Uko igipimo ca Flowflex gikoreshwa gupima covid - ireresi

How to use a Flow/Flex COVID-19 Test - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ingene wokoresha Lucira Check It Igipimo ca COVID-19

How to Use a Lucira Test - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

How to use a QuickVue COVID-19 Test - video

How to use a QuickVue COVID-19 Test - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Uko bakoresha umuti w’ubutabazi bwihuta ushobora kurokora ubuzima bw’umuntu - ireresi

How to Use an Emergency Treatment That Can Save Someone's Life - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

IKARATA Intrivo On/Go Wokora gute i gipimo intrivo ca antijene On/Go COVID-19 wipima ubwawe

How to use an Intrivo On/Go Test - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ingene wokoresha BinaxNOW ya COVID-19 Igipimo co kwipima ubwawe antijene - video

How to use the BinaxNOW COVID-19 Antigen Test - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ingene wokoresha BinaxNOW ya COVID-19 Igipimo co kwipima ubwawe antijene

How to use the BinaxNOW COVID-19 Antigen Test - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

How to use the iHealth Antigen Test - video

How to use the iHealth Antigen Test - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Uko igipimo ca ON/GO gikoreshwa mu gupima COVID-19 - ireresi

How to use the On/Go COVID-19 Test - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Mbega human monkey pox yandukira gute , n’ibihe ibimenyetso vyayo? - ireresi

Human Monkeypox, How is it spread? What are the symptoms? - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Mu gihe ugwaye umugera w'ingwara yo mu buhumekero

If You Are Sick with a Respiratory Virus - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umuti warabonetse ku bantu bari kurugero rwokwandura vyoroshe - ireresi

If you tested positive and are at high risk for getting sick from COVID-19 - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umugambi wo Kugorora Abashoferi Badafise Ubushobozi Bukwiye Ukwo Bigenda Kwunguruza Urubanza

Impaired Driver Rehabilitation Program Appeal Process - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umugambi wo Kugorora Abashoferi Badafise Ubushobozi Bukwiye Ibibazo n’Inyishu Bikunzwe Kubazwa

Impaired Driver Rehabilitation Program Frequently Asked Questions and Answers - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umugambi wo Kugorora Abashoferi Badafise Ubushobozi Bukwiye Gushira Ahabona Amakuru y'Ibanga

Impaired Driver Rehabilitation Program Release of Confidential Information - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umugambi wo Kugorora Abashoferi Badafise Ubushobozi Bukwiye Ibisabwa mu Kuvurwa kugira Uruhusha rwawe Rusubire Kwemerwa

Impaired Driver Rehabilitation Program Treatment Requirements for License Reinstatement - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ingingo ngenderwako mu kwegeranya no gutekera ibipimo tw’amazi yo kunywa

Instructions for Water Test Kit for Bacteria - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Nitrate/ Gupima nitrate iri mu mazi meza

Instructions for Water Test Kit for Nitrates and Nitrites - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gupima amazi meza, Igikoresho QA - ibinyabuzima bihindagurika birimwo kororine

Kit OA Volatile Organic Compounds in Non-chlorinated Drinking Water - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Vyinshi ku bijanye na Google Translate

Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.

Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.

Last Updated: